Mon seigneur Jerome Gapangwa Nteziryayo, yavuze ku byiza byaranga ga umuco wacu. Asaba n'abantu ko babikomeza.

 

Mon seigneur Jerome Gapangwa Nteziryayo, yibukije, anasaba abanyamulenge, gukomeza gukunda umuco wabo, kuko umuco ari ikintu gikomeye kandi kiranga ubwoko. Yatanze n'ingero zimwe na zimwe zarangaga umuco wacu, yakomeje avuga ko, ntabwo ukwemera ijambo ry’Imana kwazanywe no gukuraho umuco wacu, ahubwo naje kuwusukura, kuwugosora no kuwushashura, kugira ngo utungane kurushaho. Uwo ni Yezu.

 

 

SOMA BYOSE

                                                                                                                                                                              



Amwe mu mateka ya Pasteur Musa Gasogi, waranzwe no gukunda Imana. Igice ca kabiri (2)

 

Nshuti bavandimwe , ubgo tubagezaho amateka ya Pasteur Musa Gasogi, reka tubasabe ko twazaza, twiyibutsa tunandika amateka y'ababyeyi bacu bagiye babamo. Kuko dusanga baragiye barangwa n'amateka meshi kandi meza, ashobora no kugira ico yahindura m'ubuzima bgacu.

 

 

SOMA BYOSE

                                                                                                                                                                              



Bimwe mubihe bibi, byakomereye Abanyamulenge.

 

Bavandimwe mwese muraho? mu gihe dukomeje kwibuka abacu, ni byiza ko twarushirizaho, kwibutsa Isi yose, akarengane twakorewe. Niyo mpanvu twakusanyirije hamwe, bimwe mu bihe bya giye bidukomerera kurusha ibindi. Dusanga ari byiza ko n'abakiri bato, nabo babimenya.

 

 

SOMA BYOSE

                                                                                                                                                                              



Ntabgo babyunva kimwe; bamwe ngo igihe kirageze co guteza iwacu imbere, abandi nabo ngo nti kiraba hafi.

 

Gakeye.com, iherutse kuganira n'abantu batandukanye maze dusanga, batabona kimwe k'umutekeno n'amajambere y'iwacu."Gutera imbere kw'iwacu, bizagerwaho aruko abantu bakomeje kuganira".

 

 

SOMA BYOSE

                                                                                                                                                                              



Amwe mu mateka ya Pasteur Musa Gasogi, waranzwe no gukunda Imana.Igice cambere (1)

 

Uy'umunsi, twifuje kubagezaho igice ca mbere ikigize amateka ya Pasteur Musa Gasogi, abeshi bari basanzwe bazi. Uy'umukozi w'Imana, afite amateka meshi yagiye amuranga kandi yagiye arangwa no gukunda Imana mu gihe ce.

 

 

SOMA BYOSE

                                                                                                                                                                              



Page : 1 2 3 4 5 6 7 8 [ 9 ] 10 11 12 13 14 15 16 17 18 19 20 21 22 23 24 25 26 27 28 29 30 31 32 33 34 35 36 37 38 39 40 41 42 43

Multimedia

ipicya

Reba

Copyright © 2012 gakeye.com.Powered by MulengeEntertainment.

Ibyandikwa

Amakuru

Admin

ibituranga

Amateka

Imicezo