Twarapfushije, ariko ntabgo twatsinzwe. Aya n'amwe mu majambo yavuzwe k'umunsi wo kwibuka abacu baguye mu Gatumba.

 

K'umunsi wo kwibuka Abanyamulenge bagera 166 biciwe mu Gatumba, hatanzwe ihumure k'ubgoko bgacu ndetse abaraho babgiwe ko ati, n'ubgo Agathon Rwasa na Pasteur Habimana bagororerwa imyanya ikomeye muri Lata y'uburundi, ngo natwe bidusaba gushiramo inguvu nyishi, kugirango twinvikanishe uruhare rwabo mu kuduhekura, bityo tunasaba ko bafatwa bagashikirizwa inkiko.

 

 

SOMA BYOSE

                                                                                                                                                                              



Kwibuka kuncuro ya cumi na rimwe (11) Inzirakarengane zacu,ziciwe mu Gatumba / m'Uburundi.

 

Ubu imyaka cumi n'umwe irashize impuzi z'Abanyamulenge zigera 166 zirimo abana, abagore ndetse n'abagabo biciwe mu Gatumba mu gihugu c'Uburundi. Uy'umwaka Abanyamulenge batuye muri Europe bazahurira mugihugu c'Ubuhorande baje kwibuza izo nzirakarengane. Twibuke abacu turwanya akarengane kakidukorerwa.

 

 

SOMA BYOSE

                                                                                                                                                                              



Twifuza ko Amabarabara yo mu Minembwe yazitirirwa Intwari z'Abanyamuelenge. Mwebge mu byunva gute?

 

Kugirango Intwari z'Abanyamulenge zitazibagirana, twasanze aribyiza ko amabarabara yo mu Minembwe yazakwitirirwa Abantu bakoze ibikorwa byiza bifasha abandi bantu. Dusanga ari uburyo byiza bgazatuma batibagirana.

 

 

SOMA BYOSE

                                                                                                                                                                              



Mwari muzi ko Igitabo kivuga amateka y'abanyamulenge camaze kuja ahagaragara? gura, usome, maze umenye amateka yacu.

 

Igitabo ciza c'amateka y'iwacu i Mulenge camaze kwandikwa, uhereye kuburyo abanyamurenge bageze hariya, imibereho yabo, imirara, uko bagiye bajya mubuyobozi muri Congo kuva kera kugeza ubu, uko bari babaye nibyo basengaga mbere yo gukizwa, umunyamurenge wakijijwe mbere, abakurikiyeho, ibibazo bahuye nabyo bamaze gukizwa, ibihe bitandukanye by'ububyutse bw'Imulenge, ibitangaza by'Imana byabereye Imulenge umufano twavuga n'ukuntu

 

 

SOMA BYOSE

                                                                                                                                                                              



Abakiri batoya twige,abakuze twiyibutse IKinyamulenge.

 

Nibyiza guhora twiyibutsa imvugo yacu, kuko dusanga ari ikintu cirazima cane abantu batagafashe minenerwe, kuko imvugo ikomera aruko ikomezwa kuvugwa ndetse n'abantu ubgabo bakaba bayiteza imbere.imvugo itavuzwe irashira.

 

 

SOMA BYOSE

                                                                                                                                                                              



Page : 1 2 3 4 5 6 7 8 9 [ 10 ] 11 12 13 14 15 16 17 18 19 20 21 22 23 24 25 26 27 28 29 30 31 32 33 34 35 36 37 38 39 40 41 42 43

Multimedia

ipicya

Reba

Copyright © 2012 gakeye.com.Powered by MulengeEntertainment.

Ibyandikwa

Amakuru

Admin

ibituranga

Amateka

Imicezo